Ndabashigikiye

17-10-2008

Jewe sindi mumugambwe sahwanya Frodebu kandi ndi mubantu ntigeze ndawiyumvamwo mugabo kubutore mwashize imbere mtama NDAYIZEYE ngo yitoze nzomushigikira kandi nzogerageza kubagenzi incuti tumuhe amajwi

Kassim Mrenzi

Commentaires

Commentaires pour l'article "Image du jour"

Ajouter un commentaire